Ivyahishuwe 14:15 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 15 Haseruka uwundi mumarayika avuye mu rusengero*, maze abwira n’ijwi rirenga umwe yicaye ku gicu ati: «Rungika agakero kawe wimbure, kuko igihe co kwimbura cageze, kandi ivyimburwa vyo kw’isi bireze neza+.» Ivyahishuwe Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 14:15 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 88-89 Umunara w’Inderetsi,15/9/2010, rup. 26-27 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 211-212
15 Haseruka uwundi mumarayika avuye mu rusengero*, maze abwira n’ijwi rirenga umwe yicaye ku gicu ati: «Rungika agakero kawe wimbure, kuko igihe co kwimbura cageze, kandi ivyimburwa vyo kw’isi bireze neza+.»
14:15 Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 88-89 Umunara w’Inderetsi,15/9/2010, rup. 26-27 Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 211-212