Itanguriro 50:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko abahungu biwe bamutwara mu gihugu ca Kanani, bamuhamba mw’isenga ryo mw’itongo ry’i Makipela, itongo Aburahamu yari yaraguze na Efuroni Umuheti ngo ribe itongo ryo guhambamwo yigabira, imbere ya Mamure+.
13 Nuko abahungu biwe bamutwara mu gihugu ca Kanani, bamuhamba mw’isenga ryo mw’itongo ry’i Makipela, itongo Aburahamu yari yaraguze na Efuroni Umuheti ngo ribe itongo ryo guhambamwo yigabira, imbere ya Mamure+.