Itanguriro 50:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Hanyuma Yozefu arapfa, apfa afise imyaka ijana na cumi; bamusigisha ibibuza kubora+, baraheza bamushira mw’isandugu mu Misiri.
26 Hanyuma Yozefu arapfa, apfa afise imyaka ijana na cumi; bamusigisha ibibuza kubora+, baraheza bamushira mw’isandugu mu Misiri.