Itanguriro 9:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi abahungu ba Nowa+ basohotse bava mu bwato bari Shemu na Hamu na Yafeti. Mu nyuma Hamu avyara Kanani+.
18 Kandi abahungu ba Nowa+ basohotse bava mu bwato bari Shemu na Hamu na Yafeti. Mu nyuma Hamu avyara Kanani+.