Itanguriro 17:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.” Itanguriro Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 17:8 Be maso!,7/2012, rup. 18-19
8 Nzoguha mwe n’uruvyaro rwawe mu nyuma zawe igihugu wabayemwo uri kavamahanga+, egome igihugu cose ca Kanani, ngo kikubere itongo wigabira gushika igihe kitagira urugero; kandi nzokwerekana ko ndi Imana kuri bo+.”