Itanguriro 32:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Inyuma y’ivyo Yakobo avuga ati: “Ewe Mana ya dawe Aburahamu n’Imana ya dawe Izahaki+, ewe Yehova, wewe umbwira uti: ‘Subira mu gihugu cawe no ku ncuti zawe nanje nzokugirira neza+,’
9 Inyuma y’ivyo Yakobo avuga ati: “Ewe Mana ya dawe Aburahamu n’Imana ya dawe Izahaki+, ewe Yehova, wewe umbwira uti: ‘Subira mu gihugu cawe no ku ncuti zawe nanje nzokugirira neza+,’