Itanguriro 32:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi wewe, waravuze uti: ‘Nta gukeka nzokugirira neza, kandi uruvyaro rwawe nzorugira nk’udutete tw’umusenyi wo ku kiyaga, utudashobora guharurwa kubera ubwinshi+.’”
12 Kandi wewe, waravuze uti: ‘Nta gukeka nzokugirira neza, kandi uruvyaro rwawe nzorugira nk’udutete tw’umusenyi wo ku kiyaga, utudashobora guharurwa kubera ubwinshi+.’”