Kuvayo 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ibandanya kuvuga iti: “Ndi Imana ya so, Imana ya Aburahamu, Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+.” Maze Musa ahisha mu maso hiwe, kuko yatinya kuraba Imana y’ukuri. Kuvayo Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 3:6 Umunara w’Inderetsi,1/5/2005, rup. 13
6 Ibandanya kuvuga iti: “Ndi Imana ya so, Imana ya Aburahamu, Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+.” Maze Musa ahisha mu maso hiwe, kuko yatinya kuraba Imana y’ukuri.