Kuvayo 3:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Kandi jewe ubwanje, ndazi neza yuko umwami wa Misiri atazobaha uruhusha rwo kugenda bidaciye ku kiganza gikomeye+.
19 Kandi jewe ubwanje, ndazi neza yuko umwami wa Misiri atazobaha uruhusha rwo kugenda bidaciye ku kiganza gikomeye+.