Abalewi 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe+ w’iyo mpene y’umukangara, aheze ayikererere ha hantu ishikanwa riturirwa rikerererwa ubudasiba imbere ya Yehova+. Ni ishikanwa ry’igicumuro+.
24 Kandi aze arambike ikiganza ciwe ku mutwe+ w’iyo mpene y’umukangara, aheze ayikererere ha hantu ishikanwa riturirwa rikerererwa ubudasiba imbere ya Yehova+. Ni ishikanwa ry’igicumuro+.