Abalewi 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ha hantu+ bakererera ubudasiba ishikanwa riturirwa ni ho bazokererera ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, kandi amaraso+ yaryo umuntu azoyamijagira+ irya n’ino ku gicaniro.
2 Ha hantu+ bakererera ubudasiba ishikanwa riturirwa ni ho bazokererera ishikanwa ry’ukwagirwa n’icaha, kandi amaraso+ yaryo umuntu azoyamijagira+ irya n’ino ku gicaniro.