Abalewi 7:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Amaboko yiwe azozana ikinure+ co ku nkoro bwa mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro. Azokizanana na ya nkoro kugira kizungagizwe irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa*+ imbere ya Yehova.
30 Amaboko yiwe azozana ikinure+ co ku nkoro bwa mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro. Azokizanana na ya nkoro kugira kizungagizwe irya n’ino bwa shikanwa rizungagizwa*+ imbere ya Yehova.