Abalewi 15:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Kandi hagize umugabo aryamana na we hanyuma ubuhumane bw’ubutinyanka bwiwe bukamujako+, nya mugabo rero ategerezwa kuba uwuhumanye imisi indwi, kandi igitanda cose aryamyeko kizoba gihumanye.
24 Kandi hagize umugabo aryamana na we hanyuma ubuhumane bw’ubutinyanka bwiwe bukamujako+, nya mugabo rero ategerezwa kuba uwuhumanye imisi indwi, kandi igitanda cose aryamyeko kizoba gihumanye.