Abalewi 23:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “‘Igikorwa gishobora gukorwa mu misi itandatu, mugabo ku musi ugira indwi ni isabato y’akaruhuko kuzuye+, ihwaniro ryeranda. Nta gikorwa na kimwe muzokora. Ni isabato ya Yehova aho muba hose+.
3 “‘Igikorwa gishobora gukorwa mu misi itandatu, mugabo ku musi ugira indwi ni isabato y’akaruhuko kuzuye+, ihwaniro ryeranda. Nta gikorwa na kimwe muzokora. Ni isabato ya Yehova aho muba hose+.