Guharura 22:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Balamu aca abwira umumarayika wa Yehova ati: “Nacumuye+, kuko ntari nzi yuko ari wewe wari uhagaze mu nzira kugira uhure nanje. None rero, nimba ari bibi mu maso yawe, nundeke nsubire inyuma.”
34 Balamu aca abwira umumarayika wa Yehova ati: “Nacumuye+, kuko ntari nzi yuko ari wewe wari uhagaze mu nzira kugira uhure nanje. None rero, nimba ari bibi mu maso yawe, nundeke nsubire inyuma.”