Guharura 26:65 Bibiliya y’isi nshasha 65 Kuko Yehova yari yavuze ku biberekeye ati: “Bazopfira mu gahinga ata kabuza+.” Gutyo nta mugabo yasigaye muri bo kiretse Kalebu mwene Yefune na Yosuwa mwene Nuni+.
65 Kuko Yehova yari yavuze ku biberekeye ati: “Bazopfira mu gahinga ata kabuza+.” Gutyo nta mugabo yasigaye muri bo kiretse Kalebu mwene Yefune na Yosuwa mwene Nuni+.