Gusubira mu vyagezwe 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Abarubeni+ n’Abagadi na bo nabahaye kuva i Gileyadi+ gushika ku mwonga wa Arunoni, hagati na hagati mu mwonga hakaba ari rwo rubibe, no gushika i Yaboki, umwonga w’urubibe rwa bene Amoni+;
16 Abarubeni+ n’Abagadi na bo nabahaye kuva i Gileyadi+ gushika ku mwonga wa Arunoni, hagati na hagati mu mwonga hakaba ari rwo rubibe, no gushika i Yaboki, umwonga w’urubibe rwa bene Amoni+;