Yosuwa 13:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Gadi+ hakurikijwe imiryango yabo, kumwe n’ibisagara n’imihana irundanye ibikukira.
28 Iyo ni yo yabaye intoranwa ya bene Gadi+ hakurikijwe imiryango yabo, kumwe n’ibisagara n’imihana irundanye ibikukira.