Abacamanza 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “‘Inyuma y’aho, Isirayeli ituma intumwa kuri Sihoni umwami w’Abamori, umwami wa Heshiboni+, maze Isirayeli imubwira iti: “Ndakwinginze ureke duce mu gihugu cawe kugira tuje ahantu hacu+.”
19 “‘Inyuma y’aho, Isirayeli ituma intumwa kuri Sihoni umwami w’Abamori, umwami wa Heshiboni+, maze Isirayeli imubwira iti: “Ndakwinginze ureke duce mu gihugu cawe kugira tuje ahantu hacu+.”