1 Abami 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nayo ku vyerekeye ico kigo kinini, irya n’ino yaco hari imisitari itatu+ y’amabuye abajwe be n’umusitari w’ibibaho vy’isederi; ivyo ni ko vyari no kuri ca kigo c’imbere+ c’inzu+ ya Yehova no kw’ibaraza+ ry’iyo nzu.
12 Nayo ku vyerekeye ico kigo kinini, irya n’ino yaco hari imisitari itatu+ y’amabuye abajwe be n’umusitari w’ibibaho vy’isederi; ivyo ni ko vyari no kuri ca kigo c’imbere+ c’inzu+ ya Yehova no kw’ibaraza+ ry’iyo nzu.