1 Abami 7:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Maze ashira amashareti atanu ku ruhande rw’iburyo rwa nya nzu, yandi atanu ku ruhande rw’ibubamfu rwa nya nzu+; ikiyaga ubwaco agishira ku ruhande rw’iburyo rwa nya nzu mu buseruko, amaja mu bumanuko+.
39 Maze ashira amashareti atanu ku ruhande rw’iburyo rwa nya nzu, yandi atanu ku ruhande rw’ibubamfu rwa nya nzu+; ikiyaga ubwaco agishira ku ruhande rw’iburyo rwa nya nzu mu buseruko, amaja mu bumanuko+.