2 Abami 9:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera; kandi nzorandura koko kwa Ahabu+ umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara wese kandi atagira ico amaze+ muri Isirayeli.
8 Inzu ya Ahabu yose itegerezwa kuyogera; kandi nzorandura koko kwa Ahabu+ umuntu w’igitsina-gabo wese*+ n’uwutagira gitabara wese kandi atagira ico amaze+ muri Isirayeli.