2 Ngoma 29:1 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hezekiya+ yabaye umwami afise imyaka mirongo ibiri n’itanu, maze amara imyaka mirongo ibiri n’icenda aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya umukobwa wa Zekariya+.
29 Hezekiya+ yabaye umwami afise imyaka mirongo ibiri n’itanu, maze amara imyaka mirongo ibiri n’icenda aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya umukobwa wa Zekariya+.