2 Ngoma 29:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ubu, mfise icipfuzo mu mutima wanje co kugirana isezerano+ na Yehova Imana ya Isirayeli, kugira ngo ishavu ryiwe rirurumba rituveko.
10 Ubu, mfise icipfuzo mu mutima wanje co kugirana isezerano+ na Yehova Imana ya Isirayeli, kugira ngo ishavu ryiwe rirurumba rituveko.