2 Ngoma 32:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Inyuma y’ivyo ni ho Senakeribu+ umwami wa Ashuri yatuma abasuku biwe i Yeruzalemu, mu gihe yari i Lakishi+ ari kumwe n’ingabo ziwe zose+, abatuma kuri Hezekiya umwami wa Yuda no ku Banyayudaya bose bari i Yeruzalemu, ati:
9 Inyuma y’ivyo ni ho Senakeribu+ umwami wa Ashuri yatuma abasuku biwe i Yeruzalemu, mu gihe yari i Lakishi+ ari kumwe n’ingabo ziwe zose+, abatuma kuri Hezekiya umwami wa Yuda no ku Banyayudaya bose bari i Yeruzalemu, ati: