2 Ngoma 32:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mbega ntimuzi ivyo jewe ubwanje na ba sogokuruza banje twagiriye ibisata vyose vy’ibihugu+? Mbega imana+ z’amahanga y’ivyo bihugu zarashoboye na gato kurokora igihugu cazo mu kuboko kwanje?
13 Mbega ntimuzi ivyo jewe ubwanje na ba sogokuruza banje twagiriye ibisata vyose vy’ibihugu+? Mbega imana+ z’amahanga y’ivyo bihugu zarashoboye na gato kurokora igihugu cazo mu kuboko kwanje?