2 Ngoma 32:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Baguma+ bahamagara n’ijwi rirenga+ mu rurimi rw’Abayuda+ abantu b’i Yeruzalemu bari ku ruhome, ngo babatere ubwoba+ bongere babahagarike umutima, kugira ngo bafate nya gisagara.
18 Baguma+ bahamagara n’ijwi rirenga+ mu rurimi rw’Abayuda+ abantu b’i Yeruzalemu bari ku ruhome, ngo babatere ubwoba+ bongere babahagarike umutima, kugira ngo bafate nya gisagara.