2 Ngoma 32:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Ariko Hezekiya yicisha bugufi+ areka ubwibone bwo mu mutima wiwe, we n’ababa i Yeruzalemu, maze uburakari bwa Yehova ntibwaza kuri bo mu misi ya Hezekiya+.
26 Ariko Hezekiya yicisha bugufi+ areka ubwibone bwo mu mutima wiwe, we n’ababa i Yeruzalemu, maze uburakari bwa Yehova ntibwaza kuri bo mu misi ya Hezekiya+.