Ezira 8:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Nuko abaherezi n’Abalewi bakira izo feza n’izo nzahabu n’ivyo bikoresho nk’uko uburemere bwavyo bwangana, kugira ngo babijane i Yeruzalemu ku nzu y’Imana yacu+.
30 Nuko abaherezi n’Abalewi bakira izo feza n’izo nzahabu n’ivyo bikoresho nk’uko uburemere bwavyo bwangana, kugira ngo babijane i Yeruzalemu ku nzu y’Imana yacu+.