33 Ku musi ugira kane dutangura gupima za feza na za nzahabu+ na vya bikoresho+ mu nzu y’Imana yacu, tuzipimira Meremoti+ mwene Uriya umuherezi, uwari kumwe na Eleyazari mwene Finehasi, bano bakaba bari kumwe na Yozabadi+ mwene Yeshuwa na Nowadiya mwene Binuwi+ Abalewi,