Ezira 9:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, uragororotse+, kuko dusigaye turi abantu bacitse kw’icumu, nk’uko biri uyu musi. Ehe turi imbere yawe twagirwa n’icaha+, kuko tudashobora guhagarara imbere yawe kubera ico+.”
15 Ewe Yehova Mana ya Isirayeli, uragororotse+, kuko dusigaye turi abantu bacitse kw’icumu, nk’uko biri uyu musi. Ehe turi imbere yawe twagirwa n’icaha+, kuko tudashobora guhagarara imbere yawe kubera ico+.”