Zaburi 101:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Uwo wese abeshera mugenziwe mu mpisho+,Uwo ndamunumya+.Uwo wese w’amaso yibona kandi w’umutima w’akagaye+,Uwo sinshobora kumwihanganira+.
5 Uwo wese abeshera mugenziwe mu mpisho+,Uwo ndamunumya+.Uwo wese w’amaso yibona kandi w’umutima w’akagaye+,Uwo sinshobora kumwihanganira+.