Zaburi 116:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo nambaje izina rya Yehova+ nti:“Aaa! Yehova we, kiza ubuzima bwanje+!”