Yesaya 9:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Mu burake bwa Yehova nyen’ingabo igihugu kiradometswe, kandi abantu bazocika nk’indya z’umuriro+. Nta n’uwuzogirira impuhwe mwene wabo+.
19 Mu burake bwa Yehova nyen’ingabo igihugu kiradometswe, kandi abantu bazocika nk’indya z’umuriro+. Nta n’uwuzogirira impuhwe mwene wabo+.