Yesaya 9:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Manase arye Efurayimu, Efurayimu arye Manase. Bazorwaniriza hamwe Yuda+. Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye+.
21 Manase arye Efurayimu, Efurayimu arye Manase. Bazorwaniriza hamwe Yuda+. Kubera ivyo vyose, ishavu ryiwe ntiryasubiye inyuma, mugabo ukuboko kwiwe kuracabanguye+.