Yesaya 29:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Uzotegerezwa kuja hasi ku buryo uvugira kw’isi, kandi ivyo uvuga bizokwumvikanira hasi, nk’aho biva mu mukungugu+. Ijwi ryawe riva kw’isi rizocika nk’iry’uwuvugana n’ibiremwa vy’impwemu, kandi ivyo uvuga bizojwigira biva mu mukungugu+.
4 Uzotegerezwa kuja hasi ku buryo uvugira kw’isi, kandi ivyo uvuga bizokwumvikanira hasi, nk’aho biva mu mukungugu+. Ijwi ryawe riva kw’isi rizocika nk’iry’uwuvugana n’ibiremwa vy’impwemu, kandi ivyo uvuga bizojwigira biva mu mukungugu+.