Yesaya 63:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kubera iki ga Yehova, uguma utwangariza kure y’inzira zawe? Kubera iki ukomantaza umutima wacu ngo ntugutinye+? Nugaruke ku bw’abasavyi bawe, ku bw’imiryango y’intoranwa yawe+.
17 Kubera iki ga Yehova, uguma utwangariza kure y’inzira zawe? Kubera iki ukomantaza umutima wacu ngo ntugutinye+? Nugaruke ku bw’abasavyi bawe, ku bw’imiryango y’intoranwa yawe+.