Yeremiya 17:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ntihagire umutwaro mukura mu mihana yanyu ku musi w’isabato; kandi ntihagire igikorwa mukora+. Mubwirizwa kweza umusi w’isabato, nk’uko nategetse ba sogokuruza banyu+;
22 Ntihagire umutwaro mukura mu mihana yanyu ku musi w’isabato; kandi ntihagire igikorwa mukora+. Mubwirizwa kweza umusi w’isabato, nk’uko nategetse ba sogokuruza banyu+;