Yeremiya 22:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze kuri Shalumu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda aganza mu kibanza ca Yosiya se wiwe+, uwasohotse avuye aha hantu, ati: ‘Ntazokwongera kuhagaruka. Yeremiya Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 22:11 Yeremiya, rup. 158-159
11 Kuko ibi ari vyo Yehova avuze kuri Shalumu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda aganza mu kibanza ca Yosiya se wiwe+, uwasohotse avuye aha hantu, ati: ‘Ntazokwongera kuhagaruka.