28 Nayo abazocika ku nkota, bazosubira mu gihugu ca Yuda ari imparurwa bavuye mu gihugu ca Misiri+; kandi abo mu masigarira ya Yuda bose, abinjira mu gihugu ca Misiri kubayo ari ba kavamahanga, bazomenya koko uwo ijambo ryiwe riranguka, ko ari iryanje canke iryabo+.”’”