22 Umutwe wari kuri yo wari uwo mu mujumpu+, amahagarara y’umutwe w’inkingi umwe akaba yari amatambwe atanu+; ku bijanye n’urusenga n’amakomamanga vyari kuri nya mutwe, irya n’ino+, vyose vyari ivyo mu mujumpu; inkingi igira kabiri yari ifise nk’ivyo nyene, ikagira n’amakomamanga+.