-
Ezekiyeli 13:9Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Ukuboko kwanje kuje kurwanya abahanuzi berekwa ivy’ububeshi, bakaragura ivy’ikinyoma+. Ntibazobandanya kuba mu mugwi w’abagenzi somambike+ w’abantu banje, kandi ntibazokwandikwa mu gitabu c’inzu ya Isirayeli+, kandi ntibazoza ku butaka bwa Isirayeli+ kandi muzobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Umukama Segaba Yehova+,
-