-
Ezekiyeli 16:31Bibiliya y’isi nshasha
-
-
31 Igihe wubaka ca kidunduri cawe ku mutwe w’inzira yose, ugatunganya ahantu hawe hakirurutse mu kibanza cose ca bose, na ho nyene wabaye uwutandukanye n’umumaraya mu kugaya ingero.
-