Ezekiyeli 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “‘“Hanyuma haba iyindi nkona nini+, ifise amababa manini, ikagira n’amubi manini+, maze uwo muzabibu nyene ushora imizi yawo n’umunoho n’akantu uyerekeza kuri yo+. Urungika amababi yawo kuri yo kugira ngo iwunyoshe, kure y’amatuta wari watewemwo+.
7 “‘“Hanyuma haba iyindi nkona nini+, ifise amababa manini, ikagira n’amubi manini+, maze uwo muzabibu nyene ushora imizi yawo n’umunoho n’akantu uyerekeza kuri yo+. Urungika amababi yawo kuri yo kugira ngo iwunyoshe, kure y’amatuta wari watewemwo+.