Ezekiyeli 17:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “‘Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ndahiye ukubaho kwanje, ni ukuri, indahiro yanje yasuzuguye+ be n’isezerano ryanje yarenze, emwe, nzobizana ku mutwe wiwe.
19 “‘Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ndahiye ukubaho kwanje, ni ukuri, indahiro yanje yasuzuguye+ be n’isezerano ryanje yarenze, emwe, nzobizana ku mutwe wiwe.