Daniyeli 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Mu mwaka ugira gatatu w’ingoma ya Yehoyakimu+ umwami wa Yuda, Nebukadinezari umwami wa Babiloni aza i Yeruzalemu, atangura kuhasugereza+. Daniyeli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 1:1 Yeremiya, rup. 24
1 Mu mwaka ugira gatatu w’ingoma ya Yehoyakimu+ umwami wa Yuda, Nebukadinezari umwami wa Babiloni aza i Yeruzalemu, atangura kuhasugereza+.