Hoseya 6:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ni co gituma nzobatemaguza koko abahanuzi+; nzobicisha koko amajambo yo mu kanwa kanje+. Imanza zizoshitswa kuri wewe zizoba nk’umuco urashe+.
5 Ni co gituma nzobatemaguza koko abahanuzi+; nzobicisha koko amajambo yo mu kanwa kanje+. Imanza zizoshitswa kuri wewe zizoba nk’umuco urashe+.