Hoseya 6:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Gileyadi+ ni igisagara c’abakora ibibi; amakanda yabo ni amaraso+.