Yoweli 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Imbere y’ico gisata igihugu kirahagaritse umutima, amajuru yatigise. Izuba n’ukwezi vyacuze umwiza+, inyenyeri na zo zidohora ukwakaka kwazo+. Yoweli Igitabu c’ubushakashatsi c’Ivyabona vya Yehova—Integuro yo mu 2019 2:10 Umunara w’Inderetsi,1/5/1998, rup. 18
10 Imbere y’ico gisata igihugu kirahagaritse umutima, amajuru yatigise. Izuba n’ukwezi vyacuze umwiza+, inyenyeri na zo zidohora ukwakaka kwazo+.