Yona 3:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Iryo jambo ngo rishikire umwami wa Ninewe+, aca ahaguruka ku ntebe yiwe y’ubwami, yambura impuzu yiwe y’ibango maze yambara igunira, araheza yicara mu minyota+.
6 Iryo jambo ngo rishikire umwami wa Ninewe+, aca ahaguruka ku ntebe yiwe y’ubwami, yambura impuzu yiwe y’ibango maze yambara igunira, araheza yicara mu minyota+.